Onction de gloire

Onction de gloire kand' ivyo wanyumvanye mu maso y'ivyabona vyinshi, ubishikirize abantu bo kwizigirwa, bazoshobora ku

Nah'umuntu agenda arira😭,asohoye imbuto, *azogarukana akanyamuneza azanye imbambo ziwe z'ivyimburwa* . Zab126:6 _Amasozi...
25/07/2024

Nah'umuntu agenda arira😭,asohoye imbuto, *azogarukana akanyamuneza azanye imbambo ziwe z'ivyimburwa* . Zab126:6

_Amasozi agusohokamwo inyuma yo gusohora imbuto, ntabe Ayo kwicuza, no kurira imbuto isohotse, kuko ayo yumisha ameze nk'amarike yumisha imbuto wabivye, ariko Abe ay'urukundo kugira avomere imbuto zabibwe_

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25768258638

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Onction de gloire posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Onction de gloire:

Share

Category