14/10/2025
mbi ku bakunzi b'umupira w'amaguru💔
Ngoi Ngosso Michel umukinyi yakinira umugwi wa Bumamuru FC akaba yitavye Imana.
Ikinyamakuru .Sports News +257. kirahojeje umuryango wabuze n'umugwi wa yari asanzwe akinira n'abakunzi b'umupira w'amaguru muri rusangi.
REST IN PARADISE MAY HIS SOUL REST IN HEAVEN AMEEN😭😭🙏🙏