Libe Media

Libe Media Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Libe Media, Nairobi, Gatwe.

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Erico Olga Le Catalan, Jean Marie Vianney Bajeneza, Sungu...
11/02/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Erico Olga Le Catalan, Jean Marie Vianney Bajeneza, Sungulwa Mhongo, Ciza Billy Graham, Nsabiyera Rewi, Aimable Nkurunziza, Elvis Nzoyisaba, Iradukunda Venust, Fâb-love Itângàkûbûntû, Wiz Upendo, Alex Aman, Vanibet Og, Ndayahimbaz Leonc Mukali Wao, HD Emedy, Bosco Mafreur Bosco, Eloy Ög Masha, Niyongabo Regis, Abdul M***a, Clovis Nishimwe, Denis Sinzinkayo, Niyonzima Daphrose, Théo Junior, Edouard Irankunda, Bukuru Wizbody, V Kay Zaza, Fiston Tiger, Sabiyumva Dieudonne, Lionny Lio, Aime'Boris Smba, Nijimbere Simeon, Shaban Lodi, Nkurunziza Vena, Amos Bitangimana, Felix Niyungeko, Gordien Nishimwe, Noelo Noé, Mutware Sophonie, Uwimana Justin, Uwimana Eddy, Wenga Wenga Songa Siti, Nelson Kaziri, Theogene Barumbanze, Irakoze Erick, Cezb Musack, Aaron Nzisabira Aaron Nzisabira, Kevin Izibikwiye, Richad Richad, Armand Asake, Bersoni Muster, Manya Pro

07/02/2026

🔥🔥🔥 Endrick skills

😅 Kuva mu 2020, akazi ka James Rodríguez 🇨🇴 kahindutse nk’uguca mu kirere 🚀 :▫️ 2026 : Minnesota United 🇺🇸▫️ 2025 : Club...
07/02/2026

😅 Kuva mu 2020, akazi ka James Rodríguez 🇨🇴 kahindutse nk’uguca mu kirere 🚀 :
▫️ 2026 : Minnesota United 🇺🇸
▫️ 2025 : Club León 🇲🇽
▫️ 2024/2025 : Rayo Vallecano 🇪🇸
▫️ 2023/2024 : São Paulo 🇧🇷
▫️ 2022/2023 : Olympiakos 🇬🇷
▫️ 2021/2022 : Al-Rayyan 🇶🇦
▫️ 2020/2021 : Everton 🏴
😳 Ibihugu 7, imigabane 4, mu myaka 6 gusa… intumbero ni ukuzenguruka isi yose? 🌍

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Bruno Fernandes yinjiye mu mateka ya Manchester United aho yash*tse ku ngingo 200 z’uruhara mu gutsinda...
07/02/2026

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bruno Fernandes yinjiye mu mateka ya Manchester United aho yash*tse ku ngingo 200 z’uruhara mu gutsinda (ibitsindo 104 n’amapasi 96) mu nkino 314. Yabish*tseko amaze gutsinda Tottenham. Wayne Rooney ni we wenyene yamurushije kwihuta. Bruno aguma ari umurongozi n’umukapiteni w’akarorero w’ikipe. What a payer🕓🕓🕓🕓🆒🆒🔠🔠 🔴✨

Waoooh 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 MAMADOU Sy anafungua ukurasa wa mabao kwa kumalizia kwa ustadi mkubwa, akipokea pasi safi kutoka ...
07/02/2026

Waoooh 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 MAMADOU Sy anafungua ukurasa wa mabao kwa kumalizia kwa ustadi mkubwa, akipokea pasi safi kutoka kwa Djibril Ouattara. 🤝
Anafunga bao la kwanza! ⚫⚪🦁

BG Green Maze FC yatsinzwe na Rukinzo 4–2 kandi iri mu kaga ko kumanuka mu cyiciro, kuko mu mikino 20 ifise intsinzi 1 g...
06/02/2026

BG Green Maze FC yatsinzwe na Rukinzo 4–2 kandi iri mu kaga ko kumanuka mu cyiciro, kuko mu mikino 20 ifise intsinzi 1 gusa n’amanota 7

Nahimana Shassir alifunga mabao 2 na kuchaguliwa Mchezaji Bora wa Mechi baada ya kuisaidia Pamba Jiji kuifunga Coastal U...
06/02/2026

Nahimana Shassir alifunga mabao 2 na kuchaguliwa Mchezaji Bora wa Mechi baada ya kuisaidia Pamba Jiji kuifunga Coastal Union 3–0 kwenye NBC Premier League ya Tanzania. Aliingia dakika ya 69 na kufunga dakika ya 71 na 76.

Torino imeanza tena mazoezi baada ya kufungwa na Inter kwenye Kombe la Italia, ikijiandaa kwa mechi dhidi ya Fiorentina....
06/02/2026

Torino imeanza tena mazoezi baada ya kufungwa na Inter kwenye Kombe la Italia, ikijiandaa kwa mechi dhidi ya Fiorentina. Cesare Casadei amerudi kikosini baada ya kupona homa. Vipimo vya afya vinafanyika kwa wachezaji kadhaa akiwemo Che Adams, Giovanni Simeone, Biraghi, Aboukhlal na Gineitis ili kujua watakaocheza. Hakuna wasiwasi mkubwa kwa Njie na Obrador waliotoka kwa sababu ya misuli kukak**aa. ⚽

06/02/2026

Waoooh 🔥🔥🔥
💥 Pierluigi Collina, rais wa Kamati ya Waamuzi ya FIFA, amependekeza kubadilisha namna penalti zinavyopigwa wakati wa mechi:
“Ninaona kuna tofauti kubwa sana kati ya nafasi za mchezaji anayepiga penalti na zile za kipa. Kwa wastani, asilimia 75% ya penalti huishia kuwa bao. Zaidi ya hapo, kuna uwezekano wa mpira kurudi (rebound) baada ya kipa kuokoa.
Suluhisho moja linaweza kuwa sheria ya ‘JARIBIO MOJA TU’, sawa na tunavyoona kwenye mikwaju ya penalti baada ya muda wa ziada. Hakutakuwa na mpira wa kurudia. Ama unafunga bao, au mchezo unaanza tena kwa mpira wa sita mita (goal kick).
Hii pia ingeondoa ile michezo ya kuigiza tunayoiona mara nyingi kabla ya penalti, ambapo wachezaji wote wanakusanyika kuzunguka eneo la penalti. Inaonekana k**a farasi walioko kwenye vizimba kabla ya kuanza mbio.”
Libe Media ✅✅✅✅💥💥💥🆗🆗

02/02/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Ir Géotechnicien Elias Sabi, Adolph Smith Bryan Washingtone, Issa King Coman, Faustin Kabura, Steven Jahan, Rubeya Fidel, Egide Nsengimana

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥 OFFICIAL ✅ Aya namakuru yabakinyi bimukiye muyindi migwi bagurishijwe canke batijwe, aba nabo vyamaze kuran...
01/02/2026

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥

OFFICIAL ✅ Aya namakuru yabakinyi bimukiye muyindi migwi bagurishijwe canke batijwe, aba nabo vyamaze kurangira 👇 :

• Wesley 🇧🇷 yagiye gukinira Real Sociedad avuye muri Al Nassr ku ntizanyo gushika mumpera zino sezo, hakaba harimwo namahitamwo yo kumugura kuri Miliyoni 12€. ✅

• Stefan Ortega 🇩🇪 nawe vyemejwe, avuye muri Manchester City aja muri Nottingham Forest, nawe kuntizanyo. ✅

• Kendry Páez 🇪🇨 yavuye muri Chelsea aja gukinira River Plate ku ntizanyo gushika mumpera zino sezo. ✅

• Roman Yaremchuk 🇺🇦 yatijwe na Olympiacos aja muri Lyon, harimwoo amahitamwo yo kumugura kuri miliyoni 4€. ✅

• Emil Holm 🇸🇪 yatijwe na Bologne aja muri Juventus gushika mu mpera zino sezo, hakaba harimwo amahitamwo yo kumugura. ✅

• Timo Werner 🇩🇪 yavuye muri RB Leipzig aja muri San José ku mafaranga angana na Miliyoni 2€. ✅

• André Gomes 🏴 yatijwe na Marseille aja muri Wolverhampton gushika mumpera zino sezo, harimwo amahitamwo yo kumugura kuri Miliyoni 7€. ✅

• Ademola Lookman 🇳🇬 yasinze amasezerano muri Atlético Madrid avuye muri Atalanta kuri Miliyoni 35€ + 5€ ya bonus. ✅

• Jérémie Boga 🇨🇮 yagiye muri Juventus kuntizanyo avuye muri Nice. ✅

• Sidiki Cherif 🇫🇷 yavuye muri Angers aja muri Fenerbahçe. ✅

• Darryl Bakola 🇫🇷 yasinze amasezerano na Sassuolo avuye muri Marseille kuri Miliyoni 12€. ✅

• Alisson Santos 🇧🇷 yagiye muri Naples ku ntizanyo avuye muri Sporting Portugal, amahitamwo yo kumugura ari kuri Miliyoni 15€. ✅

• Allan Saint-Maximin 🇫🇷 yagiye gusinya muri RC Lens nk’umukinyi atagifise contract, avuye muri Club América. ✅

• Tyrique George 🏴 yatijwe na Chelsea aja muri Everton gushika mumpera zino sezo. ✅

• Alexandar Zinchenko 🇺🇦 atijwe na Arsenal aja muri Ajax Amsterdam gushika mumpera za sezo. ✅

• Ciro Immobile 🇮🇹 avuye muri Bologne aja muri Paris FC ku ntizanyo gushika sezo ihere. ✅

• Kader Meite 🇫🇷 asinze amasezerano na Al Hilal avuye muri Rennes kuri Miliyoni 33€. ✅

Kora suivre kuri ✅✅✅merci!!!

Address

Nairobi
Gatwe

Telephone

+25761718199

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Libe Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Libe Media:

Share