Fizzo Fans Family

Fizzo Fans Family Fizzo Fans Family un page naît à partir de son groupe whastapp mis en ligne des actualites nouvelles de Mugani Désiré aussi de la maison de BantubwoyEnt!!

We coming
02/06/2026

We coming

Merci Melanin Boy pour ce mega hits ,en voilà les paroles de Ni Wewe Nshaka disponible sur Fizzo Fans Family presse papi...
03/12/2025

Merci Melanin Boy pour ce mega hits ,en voilà les paroles de Ni Wewe Nshaka disponible sur Fizzo Fans Family presse papiers : Lyrics https://youtu.be/8LLAo5Qaz3w?si=D5baW6I-pj_-aDG3

My mutima
Bingora gusinzira
Iyo ntakwumva iruhande yanje
Ubuzima burananiza
Ntanakimwe mba nitayeho
Umunezero uba wagiye
Nakubona nkatwenga twenga
Umutima ugasubira munda
Ni wewe umutima utererako
Iwawe ni muhira humutima wanje
Babe ese urikeza uteye neza
N'agatima waragacakiye
Mbwira ico ukunda
Mbwira ico wanka
I will never never let you go

Oya si ngaha kw’isi gusa
No mubundi buzima
Ni wewe nshaka gusa
Oya si ngaha kw’isi gusa
No mubundi buzima
Ni wewe nshaka gusa

Niwe nshaka gusa 4x

Kure kure
Kure cane mubicu
Aho niho niyumva
Kubwo urukundo umpa
niwe niwe
Niwe ngwara ngwaye
Kandi ntashaka urukingo
Hmmm
Wanyibagije abo twahuye
Twahuye ntarakumenya
Sinarinzi ko inyuma y'ubwo bwiza
Hanyegeje ko uri umwana mwiza
Ivyanje nawe nta folie
Oya ntawuzi ok vyikora
Igikuru nuko dukundana cane

Oya si ngaha kw’isi gusa
No mubundi buzima
Ni wewe nshaka gusa
Oya si ngaha kw’isi gusa
No mubundi buzima
Ni wewe nshaka gusa

Niwe nshaka 4x

Listen to " 777 Gratitude " here https://onerpm.link/764427208788Big Fizzo Ft. Melanin Boy - Niwe Nshaka Produced by Enos The Amazing Directed by Emmy Haris...

L’artiste préféré de vos artistes préférés depuis des années jusqu’aujourd’hui dans ces nouveaux générations qui frappen...
03/12/2025

L’artiste préféré de vos artistes préférés depuis des années jusqu’aujourd’hui dans ces nouveaux générations qui frappent si fort mais Le Général reste dans Top5 à jamais ! https://youtu.be/8LLAo5Qaz3w?si=6Lyj8ZZ_GlVHgWZu une occasion pour donne un remarque attention à tous les journalistes sans professionnalisme qui parle n’importe qui n’importe où !

Address

Bujumbura

Telephone

+25771562857

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fizzo Fans Family posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category